IFISHE BASUZUMIRAKO KO UKWIJE IVYA NGOMBWA KUGIRA NGO UBURANIRE IMBERE YA SENTARE IJEJWE UMURYANGO

Woba warungitswe muri uyu mugambi wacu na sentare ijejwe umuryango yo mu karere ka Erie *
 +

IVYEREKEYE AKAZI NO GUHABWA IMFASHANYO MU VYEREKEYE IMBURANO

Woba uhabwa imfashanyo mu mburano? (Shira akamenyetso aho hose bishoboka)
Urafise akazi/uraronka imfashanyo y’abagendana ubumuga (SSD)? *

AMAFARANGA UKORESHA KU KWEZI

IVYO USABA

Icitonderwa: Umaze kurungika inyishu zawe, urashobora guhamagarwa n’umuntu akora mu biro bijejwe kugutunganiriza kugira ngo akubaze ayandi makuri.Igihe udatanze amakuru agaragaza amafaranga usanzwe uronka ku kwezi hamwe n’amikoro yawe, canke igihe basanze amafaranga uronka ari hejuru y’ayemewe n’amategeko agenga abantu bakwiye gufashwa, ntuzohabwa umushingwamanza canke nimba bari bamaze kumuguha bazoca bamuhagarika.
  • Nimba ufise akazi, turashobora kugusaba kwerekana vy’amafaranga yaciye kuri konte yawe mu ndwi zine (4) ziheze canke ayaciyeho kabiri buri ndwi zibiri zibiri (2)
  • Nimba uri umushomeri canke ugendana ubumuga, turashobora kugusaba kwerekana umushara wanyuma wahembwe canke ikete ry’ikigo kijejwe kuraba abashomeri cemeza ayo mafaranga waronse canke cemeza igitigiri c’amafaranga uzoronka.
  • Birashoboka ko twogusaba izindi mpapuro kanaka kugira ngo dusuzume ko ukwije ibisabwa kugira

Urashobora kurungika ivyo usabwa uciye kuri ubu buhinga ngurukanabumenyi canke ukabirungika ukoresheje fagisi (716) 856-0424, canke e-mail info@assigned.org.

Igihe dusanze ukwije ivyangombwa kugira ngo uhabwe umushingwamanza, bazokurungikira imeyili mu misi y’akazi iri hagati ya 3-5 iriko izina na nimero za terefone z’umushngwamanza. Nimba ata imeyili bakurungikiye, turagusaba guhamagara kuri izi nomero zo mu biro (716)856-8804.

Umukono *
clear